24/05/2026
🇧🇮🎓 IYI 2026 iGA KAMINUZA muri Europe – Belarus 🇧🇾
Winjira mu buzima bushasha bw’inyigisho, amahirwe, n’inzozi!
👉🏾 Wipfuza kwiga i Buraya, ariko utazi aho wokwiyungikira?
📍 Belarus🇧🇾 ni igihugu ciza, gifise amashure meza, ubuzima buhendutse, n’amahirwe y’iterambere!
📚 Amashure makuru yemewe
🗣️ Amasomo mu Kirusiya canke mu Congereza
💰 Ubuzima buhendutse kurusha ibindi bihugu vy’i Burayi
🌍 Umutekano n’ituze
🛂 Visa yemewe hamwe n’ivyemezo vyoroshye
✨ Jewe namaze gushika, ndiga hano, kandi nashaka ko nawe woharonka amahirwe!
*Uramutse wipfuza kuza, nditeguye kukugira inama, kukwereka intambuko, no kugufasha!
📩 Inbox for more info
📱 Duhamagare kuri WhatsApp
/ +375257754781
/ +25762920076
👇🏾 Fyonda Share kugira n’abandi bamenye!
🇧🇾📚✈️