Visit Burundi

Visit Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Visit Burundi, Travel Company, Gihosho.

06/02/2026

Bonne appétit Ku bayironse

Abatarabironka Namwe Imana ibaronse Ivyo gufungura

Mwarahezagiwe🙏

🚨🚨Bwira akajambo kamwe gusa uyu mugabo FAUSTIN NDIKUMANA uce wirenganira🙌
19/11/2025

🚨🚨Bwira akajambo kamwe gusa uyu mugabo FAUSTIN NDIKUMANA uce wirenganira🙌

18/11/2025

Nimba ukunda u Burundi

Vuga Uti I love my country muri comment

07/11/2025

Ni ikihe gihugu muri EAC gifata abarundi neza?

06/11/2025

Dubaï Canke Serbie ni hehe abarundi bahurumbira cane?

06/11/2025

Ni iyihe ntara mu Burundi irimwo ibibanza vyiratiro vy'inshi?

06/11/2025

Ni iyihe ntara iteye imbere havuye Bujumbura?

06/11/2025

Uburundi bwoguma muri EAC canke bwokwiviramwo?

ubuzima bwo mu Burundi ubona bwifashe gute🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮A. Nisawa cane🌟B. Ni sawa👍C.Ni Bukebuke 🤔D. Ni nabi👎E. Ni nabi can...
04/11/2025

ubuzima bwo mu Burundi ubona bwifashe gute🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

A. Nisawa cane🌟
B. Ni sawa👍
C.Ni Bukebuke 🤔
D. Ni nabi👎
E. Ni nabi cane 😡

04/11/2025

Mbega uremera ko uburundi arico gihugu cambere gikenye?

🚨🚨Twagiye ata bintu vyo guhengama Sat B🇧🇮 canke Fernando 🇧🇮aye n'inde aririmba neza akagukoma??Tumanuke nama comment👇👇👇
03/11/2025

🚨🚨Twagiye ata bintu vyo guhengama Sat B🇧🇮 canke Fernando 🇧🇮aye n'inde aririmba neza akagukoma??

Tumanuke nama comment👇👇👇

Address

Gihosho

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Visit Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category