Kick box augustin

Kick box augustin Justice
Leader
courtoisie

PHOTO DU JOUR
20/06/2025

PHOTO DU JOUR

Hmmm
08/06/2025

Hmmm

06/06/2025

Ivi ndivyo nilikuwa ila mind zikahamishiwa mbali vilivyo

Ufunuo wa mbingu sura ya 7:1-2=>Ukipata pesa si lazima utajilike ila pesa yako iwe kinga yako sio wewe uwe kinga ya pesa...
06/06/2025

Ufunuo wa mbingu sura ya 7:1-2
=>Ukipata pesa si lazima utajilike ila pesa yako iwe kinga yako sio wewe uwe kinga ya pesa
Tumia pesa ikizoee umaskini ni kujibana dhambi kubwa.

1 min nikaanguka mtihani🤣🤣🤣🤣
03/06/2025

1 min nikaanguka mtihani🤣🤣🤣🤣

14/06/2024

⚖️ Urubanza rwa Émilienne rwongeye kwumvirizwa : twibukanye igitumye avundira mu gasho

🕰️ Nk'isaha zine n'iminota mirongo ine (10h40), niho abaje kumviriza urubanza rwa Emilienne Sibomana binjira aho rwumviririzwa, muri sentare nkuru ya Gitega.

👆🏾 Emilienne Sibomana yari umunyamabanga kw’ishure ryisumbuye Christ-Roi ryo ku Mushasha, i Gitega. Apfunzwe azira ko itariki 27 Nzero 2023, imbere y’umushikiranji w’indero, yatuye ku mugaragaro ko umuyobozi w’iryo shure yoba afata ku nguvu abanyenshure ajejwe.

😏 Naho yubahutse gushira ahabona ico kibi, mbere akanatanga ikimenyetso ko hari imatera mu biro vy’uyo muyobozi, nta gusuzuma canke amatohoza vyabayeho. Ahubwo, yaciye afatwa, arapfungwa.

🤔 Mu gutangara kwinshi, Émiliene yagize ati : ‘’Nashize ahabona ayo mabi kw’izina rya sendika, sintahura igituma naciye mpfungwa ku gatwe kanje’’ : https://shorturl.at/M4bwy. Muri Mukakaro 2023, sentare nkuru ya Gitega yamuciriye umunyororo w’imyaka 5, n’ihadabu ry’imiriyoni zitanu z’amafaranga y'amarundi, yagirizwa icaha co kwagiriza umuntu ata vyemezo afise : https://shorturl.at/godws.

Itariki 18 Ndamukiza 2024, urubanza rwiwe niho rwategerezwa gusasa, ruca rwungururizwa itariki 13 Ruheshi 2024. Uwo musi, umumenyeshamakuru wa Yaga yari kwumviriza urubanza basavye ko yosohorwa : https://shorturl.at/TpR2i.

⁉️ Gushika ubu, hari utubazo tutari duke kw’ipfungwa rya Emilienne : mbega ubutungane bwoba bwaraburagijwe mu gutomora urwo rubanza ? Kuki hatabayeho isuzumwa n'amatohoza kuvyo uwo muyobozi yagirizwa ?

Umushingwamanza Edgar Muhirwe aburanira Émilienne, we atangazwa n’ukuntu amatohoza ashimikira ku caha co kwagiriza umuntu ata vyemezo, ha gushimikira ku caha co gufata abana ku nguvu umuyobozi yagirizwa.

🤷🏾‍♀️ Ubwo none mu rubanza rwo kuri uyu wa 13 Ruheshi, ivyo bibazo biraronka inyishu ? Reka turindire ikiza kuva muri Sentare, i Gitega.


29/04/2024

Abachiye muri christ roi kwa kimararungu bacha bihuta kumenya iki gifrança naho mba ntaragisigura🙊🙊🤐🤐✍️

23/12/2023

☑️MARY CHRISTMAS ⛄🎁⛄🎁
☑️HAPPY 🆕😀😁😄☺️😊👍 YEAR 🎈🎊🎆🌸🌺🌼4 EVERYONE

Address

Ngong Road
Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kick box augustin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kick box augustin:

Shortcuts

Share